Matayo 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa na Eliya barababonekera, bariko barayaga na we+. Luka 9:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Vyongeye, ehe abagabo babiri bariko barayaga na we, bakaba bari Musa na Eliya+.