2 Abami 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakiriko baragenda, bakaba bagenda baravuga, erega, ehe umukogote w’intambara w’umuriro+ n’amafarasi y’umuriro, maze bitandukanya abo babiri; nuko Eliya aduga mu kirura c’umuyaga mu majuru+. Matayo 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa na Eliya barababonekera, bariko barayaga na we+. Mariko 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, Eliya hamwe na Musa barababonekera, bariko barayaga na Yezu+.
11 Bakiriko baragenda, bakaba bagenda baravuga, erega, ehe umukogote w’intambara w’umuriro+ n’amafarasi y’umuriro, maze bitandukanya abo babiri; nuko Eliya aduga mu kirura c’umuyaga mu majuru+.