Matayo 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bararamuye amaso, ntihagira uwundi babona atari Yezu wenyene+. Luka 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.
36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.