Matayo 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma, igihe bariko bamanuka bava kuri wa musozi, Yezu abategeka ati: “Ntihagire uwo mubwira ivy’iryo yerekwa gushika Umwana w’umuntu azuwe mu bapfuye+.” Mariko 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+.
9 Hanyuma, igihe bariko bamanuka bava kuri wa musozi, Yezu abategeka ati: “Ntihagire uwo mubwira ivy’iryo yerekwa gushika Umwana w’umuntu azuwe mu bapfuye+.”
9 Bariko baramanuka bava kuri nya musozi, abategeka adakikiriza kutagira n’umwe biganira+ ivyo babonye, kugeza Umwana w’umuntu amaze kuzuka mu bapfuye+.