Matayo 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma, igihe bariko bamanuka bava kuri wa musozi, Yezu abategeka ati: “Ntihagire uwo mubwira ivy’iryo yerekwa gushika Umwana w’umuntu azuwe mu bapfuye+.” Luka 9:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.
9 Hanyuma, igihe bariko bamanuka bava kuri wa musozi, Yezu abategeka ati: “Ntihagire uwo mubwira ivy’iryo yerekwa gushika Umwana w’umuntu azuwe mu bapfuye+.”
36 Hanyuma iryo jwi ryumvikanye, Yezu aboneka ari wenyene+. Mugabo baguma banumye kandi ntibagira umuntu n’umwe biganira muri iyo misi ikintu na kimwe mu vyo babonye+.