Matayo 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+; Luka 9:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 kandi ehe, impwemu+ iramufata, buno nyene agakoma akaruru, hanyuma ikamuhotagura akabimba ifuro, kandi imuvamwo bigoranye imaze kumutera inguma.
15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+;
39 kandi ehe, impwemu+ iramufata, buno nyene agakoma akaruru, hanyuma ikamuhotagura akabimba ifuro, kandi imuvamwo bigoranye imaze kumutera inguma.