Luka 9:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Mugabo baguma badategera iryo jambo. Nkako, bararihishijwe ngo ntibaritahure, na bo baratinya kumubaza ivy’iryo jambo+. Yohani 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yezu yari azi+ ko bashaka kumubaza ibibazo, aca rero ababwira ati: “Muriko mubazanya hagati yanyu kuri ivyo, kubera ko mvuze nti: Mu kanya gatoyi ntimuzombona, kandi nti: mu kanya gatoyi muzongera kumbona?
45 Mugabo baguma badategera iryo jambo. Nkako, bararihishijwe ngo ntibaritahure, na bo baratinya kumubaza ivy’iryo jambo+.
19 Yezu yari azi+ ko bashaka kumubaza ibibazo, aca rero ababwira ati: “Muriko mubazanya hagati yanyu kuri ivyo, kubera ko mvuze nti: Mu kanya gatoyi ntimuzombona, kandi nti: mu kanya gatoyi muzongera kumbona?