Matayo 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+. Luka 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze abwira abigishwa biwe ati: “Ibitsitaza ntibishobora kureka kuza+. Yamara rero, aragowe umuntu bizananako+!
6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+.
17 Maze abwira abigishwa biwe ati: “Ibitsitaza ntibishobora kureka kuza+. Yamara rero, aragowe umuntu bizananako+!