Matayo 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.” Yuda 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+! Ivyahishuwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.
24 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe+ ku bimwerekeye, mugabo aragowe+ uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+! Uwo muntu vyorushirije kumubera vyiza iyo ataba yaravutse.”
11 Barigorewe, kuko bagiye mu nzira ya Kayini+, kandi bitaye mu ngendo y’ubuzimire ya Balamu+ barondera impembo, batikirira muri rya jambo ry’ubugumutsi+ rya Kora+!
14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.