Mariko 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe ku bimwerekeye, mugabo aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe! Vyorushirije kubera vyiza uwo muntu iyo ataba yaravutse+.” Yohani 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.
21 Ego ni ko, Umwana w’umuntu agira agende nk’uko vyanditswe ku bimwerekeye, mugabo aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe! Vyorushirije kubera vyiza uwo muntu iyo ataba yaravutse+.”
12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.