Gusubira mu vyagezwe 27:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’) Luka 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kubera ko Umwana w’umuntu agira agende nk’uko ivyashinzwe biri+; ariko aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+!”
25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
22 Kubera ko Umwana w’umuntu agira agende nk’uko ivyashinzwe biri+; ariko aragowe uwo muntu bicako ngo Umwana w’umuntu agurwe+!”