Gusubira mu vyagezwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+. Matayo 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Vyaravuzwe kandi ngo: ‘Uwo wese yirukana+ umugore wiwe, namuhe icete c’ukwahukana+.’ Matayo 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bamubwira bati: “Kubera iki none Musa yashizeho itegeko ry’uko umuntu atanga icete co gusezerera umugore agaheza akamwirukana+?”
24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+.
7 Bamubwira bati: “Kubera iki none Musa yashizeho itegeko ry’uko umuntu atanga icete co gusezerera umugore agaheza akamwirukana+?”