Luka 4:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ariko bukeye, arasohoka aja mu gahinga+. Mugabo amasinzi atangura kumuhiga hirya no hino arateba ashika aho ari, hanyuma agerageza kumugumya ngo ntaje kure yabo.
42 Ariko bukeye, arasohoka aja mu gahinga+. Mugabo amasinzi atangura kumuhiga hirya no hino arateba ashika aho ari, hanyuma agerageza kumugumya ngo ntaje kure yabo.