ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Ariko jewe ndababwiye ko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi+, aba atumye uwo mugore ashobora kurenga ibigo+, kandi uwo wese yabiriye umugore yirukanywe aba arenze ibigo+.

  • Matayo 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ndababwiye yuko uwo wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi akarongora uwundi, aba arenze ibigo+.”

  • Luka 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Umuntu wese yirukana umugore wiwe akarongora uwundi, aba arenze ibigo, kandi uwurongoye umugore yirukanywe n’umugabo, aba arenze ibigo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika