Matayo 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu. Luka 4:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nuko abandanya kwamamaza mu masinagogi y’i Yudaya+.
23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu.