Matayo 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo Yezu arabahamagara ngo baze kuri we, avuga ati: “Murazi yuko abatware b’amahanga bayakandamiza be n’uko abakomakomeye bayereka ko bayafiseko ububasha+. Luka 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ababwira ati: “Abami b’amahanga barayakandamiza, kandi abayafiseko ububasha bitwa Abagiraneza+. 1 Petero 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atari nko mu gukandamiza+ abari intoranwa y’Imana+, ahubwo mu kubera uburorero ubusho+.
25 Mugabo Yezu arabahamagara ngo baze kuri we, avuga ati: “Murazi yuko abatware b’amahanga bayakandamiza be n’uko abakomakomeye bayereka ko bayafiseko ububasha+.
25 Mugabo ababwira ati: “Abami b’amahanga barayakandamiza, kandi abayafiseko ububasha bitwa Abagiraneza+.