Matayo 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo Yezu arabahamagara ngo baze kuri we, avuga ati: “Murazi yuko abatware b’amahanga bayakandamiza be n’uko abakomakomeye bayereka ko bayafiseko ububasha+. Mariko 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo Yezu amaze kubahamagara ngo baze kuri we, ababwira ati: “Murazi yuko ababoneka ko baganza amahanga bayakandamiza, be n’uko abakomakomeye bayo bayereka ko bayafiseko ububasha+.
25 Mugabo Yezu arabahamagara ngo baze kuri we, avuga ati: “Murazi yuko abatware b’amahanga bayakandamiza be n’uko abakomakomeye bayereka ko bayafiseko ububasha+.
42 Mugabo Yezu amaze kubahamagara ngo baze kuri we, ababwira ati: “Murazi yuko ababoneka ko baganza amahanga bayakandamiza, be n’uko abakomakomeye bayo bayereka ko bayafiseko ububasha+.