Matayo 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo nya sinzi rizibwira rizikarira ngo zicereze; yamara zirushirizaho gusemerera cane, ziti: “Mukama, tugirire imbabazi, Mwana wa Dawidi+!” Luka 18:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nuko abariko bagendera imbere batangura kuyihanikiriza ngo ihore, mugabo iguma irushirizaho gusemerera iti: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi+.”
31 Mugabo nya sinzi rizibwira rizikarira ngo zicereze; yamara zirushirizaho gusemerera cane, ziti: “Mukama, tugirire imbabazi, Mwana wa Dawidi+!”
39 Nuko abariko bagendera imbere batangura kuyihanikiriza ngo ihore, mugabo iguma irushirizaho gusemerera iti: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi+.”