Matayo 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo nya sinzi rizibwira rizikarira ngo zicereze; yamara zirushirizaho gusemerera cane, ziti: “Mukama, tugirire imbabazi, Mwana wa Dawidi+!” Mariko 10:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Benshi baca batangura kumubwira bamukarira ngo acereze; mugabo aguma arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi+!”
31 Mugabo nya sinzi rizibwira rizikarira ngo zicereze; yamara zirushirizaho gusemerera cane, ziti: “Mukama, tugirire imbabazi, Mwana wa Dawidi+!”
48 Benshi baca batangura kumubwira bamukarira ngo acereze; mugabo aguma arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi+!”