Matayo 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Zimubwira ziti: “Mukama, amaso yacu nahumuke+.” Luka 18:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 “Ushaka ndakugirire iki+?” Na we ati: “Mukama, nimpumuke+.”