Matayo 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Zimubwira ziti: “Mukama, amaso yacu nahumuke+.” Mariko 10:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yezu amwishura ati: “Ushaka ndakugirire iki+?” Nya mpumyi imubwira iti: “Rabuni*, nimpumuke+.”