Mariko 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aca rero akibwira ati: “Ntihabe hakigira uwongera kurya insukoni zo kuri wewe, ibihe vyose+.” Abigishwa biwe na bo bariko barumviriza.
14 Aca rero akibwira ati: “Ntihabe hakigira uwongera kurya insukoni zo kuri wewe, ibihe vyose+.” Abigishwa biwe na bo bariko barumviriza.