Matayo 21:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nya barimyi ngo babone nya mwana, bavugana hagati yabo bati: ‘Uyu ni we samuragwa+; ingo tumwice, dutware intoranwa yiwe+!’ Luka 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya barimyi ngo bamukubite ijisho, batangura kwiyumvira hagati yabo bati: ‘Uyu ni we samuragwa; ingo tumwice intoranwa ibe rwacu+.’
38 Nya barimyi ngo babone nya mwana, bavugana hagati yabo bati: ‘Uyu ni we samuragwa+; ingo tumwice, dutware intoranwa yiwe+!’
14 Nya barimyi ngo bamukubite ijisho, batangura kwiyumvira hagati yabo bati: ‘Uyu ni we samuragwa; ingo tumwice intoranwa ibe rwacu+.’