Matayo 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kuko mw’izuka abagabo batarongora canke ngo abagore bashingirwe+, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru. Luka 20:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 mugabo ababonywe ko babereye+ gushika muri ca gihe kigiye kuza+ no kuzuka mu bapfuye+, ntibarongora canke ngo bashingirwe.
30 kuko mw’izuka abagabo batarongora canke ngo abagore bashingirwe+, mugabo baba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.
35 mugabo ababonywe ko babereye+ gushika muri ca gihe kigiye kuza+ no kuzuka mu bapfuye+, ntibarongora canke ngo bashingirwe.