Abanyefeso 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+. Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*. Abaheburayo 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bagahonja rya jambo+ ryiza ry’Imana n’ububasha bw’igihe* kiriko kiraza+, 2 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.
21 hejuru cane y’intwaro zose n’ububasha bwose n’ubushobozi bwose n’ubutware bwose+ n’amazina yose avugwa+, atari muri iki gihe*+ gusa, ariko no mu kizoza+.
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.
13 Mugabo, nk’uko yabisezeranye, turorereye amajuru mashasha+ n’isi nshasha+, kandi aho ni ho ubugororotsi buzoba+.