2 Abakorinto 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwadutunganije rero ku bw’ico kintu nyene ni Imana+, yo yaduhaye icemeza+ c’ibizoza, ni co mpwemu+. Abanyefeso 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 ikaba ari icemeza+ twahawe hakiri kare c’intoranwa yacu+, kugira ngo inyegu+ y’Imana ibohorwe biciye ku ncungu+, kugira ngo ubuninahazwa bwayo bushemezwe.
5 Uwadutunganije rero ku bw’ico kintu nyene ni Imana+, yo yaduhaye icemeza+ c’ibizoza, ni co mpwemu+.
14 ikaba ari icemeza+ twahawe hakiri kare c’intoranwa yacu+, kugira ngo inyegu+ y’Imana ibohorwe biciye ku ncungu+, kugira ngo ubuninahazwa bwayo bushemezwe.