Luka 19:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 yamara rero ntibaronka ikintu nyaco bari bukore, kuko abantu bose uko bangana baguma bamwumiyeko ngo bamwumve+. Luka 21:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi abantu bose+ baraza mu gatondo ka kare kuri we mu rusengero kumwumva.
48 yamara rero ntibaronka ikintu nyaco bari bukore, kuko abantu bose uko bangana baguma bamwumiyeko ngo bamwumve+.