Mariko 12:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Dawidi ubwiwe amwita ‘Umukama,’ mugabo none bishoboka bite ngo abe umwana wiwe+?” Kandi nya sinzi rinini ryariko riramwumviriza riryohewe+. Luka 21:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi abantu bose+ baraza mu gatondo ka kare kuri we mu rusengero kumwumva.
37 Dawidi ubwiwe amwita ‘Umukama,’ mugabo none bishoboka bite ngo abe umwana wiwe+?” Kandi nya sinzi rinini ryariko riramwumviriza riryohewe+.