ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 23:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bakunda ikibanza kiboneka kuruta ibindi+ ku mfungurwa zo ku migoroba be n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi+,

  • Luka 11:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Muragowe mwa Bafarizayo mwe, kubera ko mukunda ivyicaro vy’imbere mu masinagogi n’indamutso mu tuguriro+!

  • Luka 20:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 “Mwiyubare abanditsi bipfuza kugendagenda bari mu makanzu, bagakunda n’indamutso mu tuguriro n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi, n’ibibanza biboneka kuruta ibindi ku mfungurwa zo ku migoroba+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika