Matayo 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bakunda ikibanza kiboneka kuruta ibindi+ ku mfungurwa zo ku migoroba be n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi+, Mariko 12:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi, n’ibibanza biboneka kuruta ibindi ku mfungurwa zo ku migoroba+.
6 Bakunda ikibanza kiboneka kuruta ibindi+ ku mfungurwa zo ku migoroba be n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi+,
39 n’ivyicaro vy’imbere mu masinagogi, n’ibibanza biboneka kuruta ibindi ku mfungurwa zo ku migoroba+.