Matayo 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 umugore afise ikebano ryo mu tubuyenge twa alabasitironi* ririmwo amavuta amota neza azimvye+ aramwegera, atangura kuyamusuka ku mutwe, ico gihe Yezu akaba yari ku meza. Yohani 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mariya rero atora ingero* imwe y’amavuta amota neza, ikaba yari narada nyayo+, azimvye cane, araheza asīga ibirenge vya Yezu akaza aravyumukisha umushatsi wiwe+. Inzu ica yuzura akamoto k’ayo mavuta.
7 umugore afise ikebano ryo mu tubuyenge twa alabasitironi* ririmwo amavuta amota neza azimvye+ aramwegera, atangura kuyamusuka ku mutwe, ico gihe Yezu akaba yari ku meza.
3 Mariya rero atora ingero* imwe y’amavuta amota neza, ikaba yari narada nyayo+, azimvye cane, araheza asīga ibirenge vya Yezu akaza aravyumukisha umushatsi wiwe+. Inzu ica yuzura akamoto k’ayo mavuta.