Matayo 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Avuga ati: “Gende mu gisagara kwa naka+ mumubwire muti: Umwigisha avuze ati: ‘Igihe canje cashinzwe kiri hafi; nza guhimbariza pasika iwawe ndi kumwe n’abigishwa banje+.’” Luka 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ababwira+ ati: “Ehe! Nimwinjira mu gisagara, murahwana n’umuntu yikoreye ikarabo ry’amazi. Mumukurikire mu nzu yinjiramwo+.
18 Avuga ati: “Gende mu gisagara kwa naka+ mumubwire muti: Umwigisha avuze ati: ‘Igihe canje cashinzwe kiri hafi; nza guhimbariza pasika iwawe ndi kumwe n’abigishwa banje+.’”
10 Ababwira+ ati: “Ehe! Nimwinjira mu gisagara, murahwana n’umuntu yikoreye ikarabo ry’amazi. Mumukurikire mu nzu yinjiramwo+.