Matayo 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Avuga ati: “Gende mu gisagara kwa naka+ mumubwire muti: Umwigisha avuze ati: ‘Igihe canje cashinzwe kiri hafi; nza guhimbariza pasika iwawe ndi kumwe n’abigishwa banje+.’” Mariko 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aca atuma babiri mu bigishwa biwe ababwira ati: “Gende mu gisagara, murahwana n’umuntu yikoreye ikarabo ry’amazi+. Mumukurikire,
18 Avuga ati: “Gende mu gisagara kwa naka+ mumubwire muti: Umwigisha avuze ati: ‘Igihe canje cashinzwe kiri hafi; nza guhimbariza pasika iwawe ndi kumwe n’abigishwa banje+.’”
13 Aca atuma babiri mu bigishwa biwe ababwira ati: “Gende mu gisagara, murahwana n’umuntu yikoreye ikarabo ry’amazi+. Mumukurikire,