Kuvayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Muze mugume muyizigamye gushika ku musi ugira cumi na kane w’uku kwezi+, kandi ishengero ryose ry’ikoraniro rya Isirayeli ribwirizwa kuyikerera hagati ya ya migoroba ibiri+. Abalewi 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova.
6 Muze mugume muyizigamye gushika ku musi ugira cumi na kane w’uku kwezi+, kandi ishengero ryose ry’ikoraniro rya Isirayeli ribwirizwa kuyikerera hagati ya ya migoroba ibiri+.
5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova.