Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.” Abalewi 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo. Zakariya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi. Abaheburayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.
8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”
11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo.
11 “Nawe ga wa mugore, biciye ku maraso y’isezerano ryawe+, nzorungika imbohe zawe+ ndazikuye mu cobo kitarimwo amazi.
22 Egome, hafi ibintu vyose birahumanuzwa amaraso+ nk’uko Itegeko riri, kandi hadasheshwe amaraso+ nta kubabarirwa kuhaba+.