Matayo 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+.
17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+.