Matayo 26:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Yezu+ amubwira ati: “Mugenzi, uzanywe n’iki ng’aha?” Maze baraza, bashorera amaboko kuri Yezu, baramufata+. Luka 22:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Aho abari hafi yiwe baboneye ivyagira bibe, bavuga bati: “Mukama, dukubite n’inkota+?”
50 Mugabo Yezu+ amubwira ati: “Mugenzi, uzanywe n’iki ng’aha?” Maze baraza, bashorera amaboko kuri Yezu, baramufata+.