ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Yezu amubwira ati: “Ni ukuri ndabikubwiye: Muri iri joro, imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.”

  • Mariko 14:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Yezu aca amubwira ati: “Ni ukuri ndabikubwiye: Wewe uno musi, emwe, muri iri joro, imbere y’uko isake ibika kabiri, wewe nyene uza kunyihakana gatatu+.”

  • Luka 22:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Mugabo avuga ati: “Ndabikubwiye, Petero: Isake ntibika uno musi utarahakana gatatu ko unzi+.”

  • Yohani 13:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Yezu yishura ati: “Uzonyigura? Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Isake ntigenda ibitse utaranyihakana gatatu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika