Matayo 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Pilato ababwira ati: “None Yezu umwe bita Kristu na we ndamugire nte?” Bose bavuga bati: “Namanikwe+!” Luka 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Pilato yongera kubatera akamo, kubera ko yashaka kurekura Yezu+.
22 Pilato ababwira ati: “None Yezu umwe bita Kristu na we ndamugire nte?” Bose bavuga bati: “Namanikwe+!”