Matayo 27:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Pilato ababwira ati: “None Yezu umwe bita Kristu na we ndamugire nte?” Bose bavuga bati: “Namanikwe+!” Mariko 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Pilato yongera kubishura ati: “None umwe mwita umwami+ w’Abayuda we ndamugire nte+?” Yohani 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ico Pilato aguma arondera ingene yomurekura. Mugabo Abayuda barasemerera, bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba uri umugenzi wa Sezari. Umuntu wese yigira umwami, avuga nabi Sezari+.”
22 Pilato ababwira ati: “None Yezu umwe bita Kristu na we ndamugire nte?” Bose bavuga bati: “Namanikwe+!”
12 Ku bw’ico Pilato aguma arondera ingene yomurekura. Mugabo Abayuda barasemerera, bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba uri umugenzi wa Sezari. Umuntu wese yigira umwami, avuga nabi Sezari+.”