Matayo 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 baraheza bajisha urugori rw’amahwa, barumushira ku mutwe, bamupfumbatisha n’irenga mu kuboko kw’ukuryo. Baza barapfukama imbere yiwe bamushinyaguriza+ bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda+!” Yohani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.
29 baraheza bajisha urugori rw’amahwa, barumushira ku mutwe, bamupfumbatisha n’irenga mu kuboko kw’ukuryo. Baza barapfukama imbere yiwe bamushinyaguriza+ bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda+!”
3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.