Matayo 27:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Na ba bambuzi bari bamanikanywe na we batangura kumutuka+. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.