Mariko 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+. Luka 23:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mugabo umwe muri za nkozi z’ikibi zimanitswe atangura kumubwira amutuka+ ngo: “None nturi Kristu? Ikize udukize natwe.”
32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+.
39 Mugabo umwe muri za nkozi z’ikibi zimanitswe atangura kumubwira amutuka+ ngo: “None nturi Kristu? Ikize udukize natwe.”