Matayo 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Iyaruka ribi kandi ry’irisambanyi riguma rirondera ikimenyetso, mugabo nta kimenyetso rizohabwa+ atari ikimenyetso ca Yona+.” Aca arigira, abasiga ng’aho+. Matayo 27:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “Abandi yarabakijije; we ntashobora kwikiza! Ni Umwami+ wa Isirayeli; namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako duheze tumwemere+. Abaroma 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 None bimeze bite? Nimba bamwe baterekanye ukwizera+, mbega ukutizera kwabo kwoba kuzotuma ubwizigirwa+ bw’Imana butagira ico bumara+?
4 Iyaruka ribi kandi ry’irisambanyi riguma rirondera ikimenyetso, mugabo nta kimenyetso rizohabwa+ atari ikimenyetso ca Yona+.” Aca arigira, abasiga ng’aho+.
42 “Abandi yarabakijije; we ntashobora kwikiza! Ni Umwami+ wa Isirayeli; namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako duheze tumwemere+.
3 None bimeze bite? Nimba bamwe baterekanye ukwizera+, mbega ukutizera kwabo kwoba kuzotuma ubwizigirwa+ bw’Imana butagira ico bumara+?