Mariko 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+.
32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+.