Matayo 26:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 bavuga bati: “Kristu we, ko uri umuhanuzi+, dupfindurire. Ni nde agukubise+?” Matayo 27:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Na ba bambuzi bari bamanikanywe na we batangura kumutuka+. Mariko 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+.
32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ubu ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze twemere+.” Eka n’abari bamanikanywe na we bariko baramutuka+.