Yohani 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku musi wa mbere+ w’iyinga, Mariya Magadalena aza ku mva kare hakiri mu kajoro, abona rya buye ryamaze gukurwa ku mva+.
20 Ku musi wa mbere+ w’iyinga, Mariya Magadalena aza ku mva kare hakiri mu kajoro, abona rya buye ryamaze gukurwa ku mva+.