Matayo 26:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo ninamara kuzurwa, nzobitangira imbere kuja i Galilaya+.” Matayo 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nimugende ningoga rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe+ mu bapfuye, kandi ehe arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera. Ehe ndabibabwiye+.”
7 Nimugende ningoga rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe+ mu bapfuye, kandi ehe arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera. Ehe ndabibabwiye+.”