Abalewi 13:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba. Matayo 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.”
46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba.
2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.”