Mariko 1:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Haza kandi umunyamibembe kuri we, aramwinginga yahevye arapfukama, avuga ati: “Ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.” Luka 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ikindi gihe ari muri kimwe mu bisagara, haza umugabo yuzuye imibembe! Akubise ijisho Yezu yubarara hasi, aramwinginga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”
40 Haza kandi umunyamibembe kuri we, aramwinginga yahevye arapfukama, avuga ati: “Ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”
12 Ikindi gihe ari muri kimwe mu bisagara, haza umugabo yuzuye imibembe! Akubise ijisho Yezu yubarara hasi, aramwinginga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura+.”